CONNAÎTRE JÉSUS, C’EST CONNAÎTRE LA VÉRITÉ

«Vous connaîtrez la vérité, et la vérité vous affranchira.» (Jean 8:32) Lorsque Jésus dit: «Vous connaîtrez la vérité », Il nous conduit au-delà de la simple connaissance intellectuelle, vers la Vérité qui est révélée en Lui. Lire la Bible est important, mais le but ultime n’est pas simplement de connaître ce qui est écrit; c’est …

UKUMENYA YESU NIKO KUMENYA UKURI

“Muzamenya ukuri, kandi ukuri ni ko kuzababatura.” (Yohana 8:32) Igihe Yesu yavugaga ati: “Muzamenya ukuri” ntiyerekezaga gusa ku bumenyi bwo mu bwenge, ahubwo yerekezaga ku kuri guhishurirwa muri We. Gusoma Bibiliya ni ingenzi, ariko intego nyamukuru si ukumenya gusa ibyanditswe; ni ukumenya Uwo Ibyanditswe bihishura: Yesu Kristo, ari we Kuri. Niwe watwihishuriye ati: “Ni jye …

NIWAMENYA YESU, UZOBA UMENYE UKURI

«Muzomenya ukuri, kandi ukuri kuzobaha kwidegemvya.» (Yohana 8:32) Igihe Yesu yavuga ati: «Muzomenya ukuri», ntiyariko avuga gusa ivyerekeye ubumenyi bwo mu bwenge, ahubwo yariko yerekeza ku kuri guhishurirwa muri We. Gusoma Bibiliya ni ngirakamaro, ariko intumbero nyamukuru s’ukumenya gusa ivyanditswe; n’ukumenya Uwo Ivyanditswe biduhishurira: Yesu Kristo, We Kuri. Ni We yivugiye ati: «Ni jewe nzira, …

SI WE, N’IMANA!

«Kukw Imana ari yo ikorera mu mitima yanyu, ikabaha gukunda no gukora ibiyihimbara.» (Ab’i Filipi 2:13) Nta muntu ashobora kuba isoko ry’ivyiza vyose ku bw’inkomezi ziwe bwite. Imana ni yo Soko ry’ivyiza vyose. Ni Yo ishira mu mutima w’umuntu icipfuzo co gukora ivyiza, ikamuha n’ubushobozi bwo kubishitsa. Nuko rero, iyo umuntu akugiriye neza, ntuhagararire kuri …