BUMBWA N’IVYO UFISE

Mw’ibaruwa intumwa Paulo yandikiye Abaheburayo, agira ati:
« Gukunda amahera ntikube mu ngeso zanyu; ivyo mufise bibabumbe; kuk’ ubgayo yavuze, iti Nta ho nzoguhemukira, nta ho nzoguta. »(Abaheburayo 13:5)

Gukunda amafaranga n’ingeso iduteranya n’Imana n’abantu, igatuma tubaho tudatunganiwe.
Ariko iyo tubumwe n’ivyo dufise, twiberaho mu mahoro n’umunezero.

Ndakwifurije kwumva amahoro n’umunezero bitangwa no kubumbwa n’ivyo ufise.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☏: +250730900900
KIGALI – RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *