KUBERA URUKUNDO

Turashobora gutahura,
Turashobora kwihangana,
Turashobora kubabarira,
Turashobora kugira impuhwe,
Turashobora gutanga,
Turashobora no kwitanga.

Urukundo, « rurenzako muri vyose, rwizera vyose, rwizigira vyose, rwihanganira vyose. »(1 Ab’i Korinto 13:7)

Intumwa y’Imana Jean-Claude SINDAYIGAYA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *