YOU ARE HANDSOME !

“Bride to Groom: Behold, you are handsome, O my beloved, and graceful. Our bed is flourishing.”
(Song of Songs 1:20)

Love sees the beauty of the other and proclaims it.

If you reach a point where you no longer see the beauty of the one you love,
know that something has clouded your vision,
and the enemy always rejoices when love grows cold.

But if you still see his beauty,
it means love is still alive.

So proclaim it.
“You are handsome, my love, I love you.”

Apostle Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

QUE TU ES BELLE !

«Que tu es belle, mon amie, que tu es belle! Tes yeux sont des colombes.»
(Cantique des Cantiques 1:15)

L’amour voit la beauté de l’autre et la proclame.

Si tu en arrives à ne plus voir la beauté de la personne que tu aimes,
sache que quelque chose a obscurci ton regard,
et l’ennemi se réjouit toujours quand l’amour s’éteint.

Mais si tu vois encore sa beauté, c’est que l’amour est encore vivant.

Alors proclame-le.
«Tu es beau, mon amour, je t’aime.»

Apôtre Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

KOKO URI MWIZA !

“Koko uri mwiza, mukobwa nkunda, koko uri mwiza! Amaso yawe ni nk’ay’inuma.”
(Indirimbo ihebuje 1:15)

Urukundo rubona ubwiza bw’uwo rukunda rukabwamamaza.

Niba ugeze aho utagishobora kubona ubwiza bw’uwo ukunda,
umenye ko hari ikintu cyijimishije amaso yawe,
kandi umwanzi ahora yishimira iyo urukundo rukonje.

Ariko niba ukibona ubwiza bwe,
bivuga ko urukundo rukiriho.

Bityo, bivuge.
“Uri mwiza, rukundo rwanjye, ndagukunda.”

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

EREG’URI MWIZA !

“Ereg’ uri mwiza, mukunzi wanje, mber’ urahimbaye; Ikirwa cacu kigaranzuyek’ ubusaswa busha.” (Indirimbo 1:16)

Urukundo rubona ubwiza bw’uwo rukunda rukabuvuga.

Iyo ugeze aho utagishobora kubona ubwiza bw’uwo ukunda,
umenye ko hari ikintu kijimishije amaso yawe,
kandi umwansi aranezerwa igihe urukundo rukanye.

Ariko nimba ukibona ubwiza bwiwe, bisigura ko urukundo rukiriho.

None rero, bivuge.
“Uri mwiza, rukundo rwanje, ndagukunda.”

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

BE STRONG !

We easily say: “Be strong.” “Be patient.”

But have we ever carried what that person is carrying?

It’s easy to talk.
It’s harder to share the burden.

We say, “Be strong,”
while we wouldn’t endure even one day in their place.

We say, “God will act,”
yet we do nothing to be God’s answer for them.

The Bible does not say: « Give advice to those who suffer. »
It says:
« Rejoice with those who are rejoicing. Weep with those who are weeping. »(Romans 12:15)
« Carry one another’s burdens, and so shall you fulfill the law of Christ. »(Galatians 6:2)

Weeping with someone is more powerful than giving them a speech.

Job had friends. For seven days, they sat silently beside him. That was their best moment. They began to fail when they began to speak.

Sometimes, the best word… is presence.

Jesus did not only say, “Be strong.”
He touched.
He fed.
He healed.
He stopped.

“The Lord is close to the brokenhearted.”(Psalm 34:18)

If God draws near to the brokenhearted, why do we stay at a distance?

Before saying today, “Be strong,” ask yourself:
– Can I help in a practical way?
– Can I listen?
– Can I pray with them?
– Can I simply be present?

Compassion is not a word.
It is a movement.
It is a step toward someone else.

Don’t be just a voice.
Be a shoulder.

PRAYER:
Lord, make me a response, not just a comment.
Give me a heart that acts, not just a mouth that speaks.
Amen.

Apostle Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

SOIS FORT !

Nous disons facilement: « Sois fort.» «Patiente.»

Mais avons-nous déjà porté ce que cette personne porte ?

C’est facile de parler. C’est plus difficile de partager le fardeau.

On dit: «Sois fort» Alors qu’on ne supporterait pas une seule journée à sa place.

On dit: «Dieu va agir» Mais on ne fait rien pour être une réponse de Dieu pour lui.

La Bible ne dit pas: « Donnez des conseils à ceux qui souffrent. »
Elle dit:
« Pleurez avec ceux qui pleurent. »(Romains 12:15)
« Portez les fardeaux les uns des autres. »(Galates 6:2)

Pleurer avec quelqu’un est plus puissant que lui faire un discours.

Job avait des amis. Pendant 7 jours, ils sont restés silencieux à ses côtés. C’était leur meilleur moment.
Ils ont commencé à se tromper quand ils ont commencé à parler.

Parfois, la meilleure parole… c’est une présence.

Jésus n’a pas dit seulement: «Soyez forts.»
Il a touché. Il a nourri. Il a guéri. Il s’est arrêté.
« L’Éternel est près de ceux qui ont le cœur brisé. »(Psaume 34:18)

Si Dieu s’approche des cœurs brisés, pourquoi restons-nous à distance ?

Avant de dire aujourd’hui:
«Sois fort», demande-toi:
– Est-ce que je peux aider concrètement ?
– Est-ce que je peux écouter ? – Est-ce que je peux prier avec lui ?
– Est-ce que je peux être présent ?

La compassion n’est pas un mot. C’est un mouvement. C’est un pas vers l’autre.

Ne sois pas seulement une voix. Sois une épaule.

PRIÈRE:
Seigneur, fais de moi une réponse et pas seulement un commentaire.
Donne-moi un cœur qui agit, pas seulement une bouche qui parle. Amen.

Apôtre Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

KOMERA!

Dukunda kuvuga vuba tuti: “Komera.” “Ihangane.”

Ariko se twigeze twikorera umutwaro uwo muntu yikoreye?

Biroroshye kuvuga.
Ariko biragoye gusangira umutwaro.

Turavuga tuti: “Komera”,
nyamara twe tutabasha no kumara umunsi umwe mu kibazo arimo.

Turavuga tuti: “Imana izakora”,
ariko ntidukore ngo tube igisubizo cy’Imana kuri we.

Bibiliya ntiyavuze iti: « Mugire inama abababaye. »
Ahubwo yaravuze iti:
« Mwishimane n’abishimye, murirane n’abarira. »(Abanyaroma 12:15)
« Nimwakirane imitwaro yanyu, bityo muzaba mwumviye byuzuye itegeko rya Kristu. »(Abanyagalati 6:2)

Kurirana n’umuntu birusha imbaraga kumubwira amagambo menshi.

Yobu yari afite inshuti. Iminsi irindwi bamwicayeho iruhande, bacecetse. Icyo ni cyo gihe bakoze neza kurusha ibindi. Batangiye kuyoba igihe batangiye kuvuga cyane.

Rimwe na rimwe, ijambo riruta ayandi… ni ukuba hafi y’umuntu cyangwa iruhande rwe.

Yesu ntiyavuze gusa ati: “Mukomere.”
Yarakoraga.
Yakoraga ku bantu.
Yarabagaburiraga.
Yarabakizaga.
Yarahagararaga akabegera.
« Intungane ziratabaza, Uhoraho akazumva, maze akazikiza amagorwa yazo yose. »(Zaburi 34:18)

Niba Imana yegera abafite imitima imenetse, kuki twe tuguma kure yabo?

Mbere yo kuvuga uti: “Komera,” ibaze uti:
– Ese nshobora gufasha mu buryo bufatika?
– Ese nshobora kumva no kumutega amatwi?
– Ese nshobora kumusengera?
– Ese nshobora kuba iruhande rwe?

Impuhwe si ijambo.
Ni igikorwa.
Ni intambwe igana ku yindi.

Ntube ijwi gusa.
Ba urutugu.

ISENGESHO:
Mwami, ngira igisubizo aho kuba igitekerezo gusa.
Mpa umutima ukora, singire umunwa uvuga gusa.
Amen.

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

IHANGANE!

Turakunda kwihutira kubwira umuntu duti: “Ihangane.” “Komera.”
Ariko, twisuzumye, twoba twarigeze kwikorera umutwaro uwo muntu aba yikoreye?

Kuvuga biroroshe.
Ariko gusangira umutwaro biragoye.

Turavuga duti: “Ihangane”,
ariko usanga twebwe ubwacu tutoshobora kumara n’umusi umwe mu ngorane uwo tubibwiye arimwo.

Turavuga duti: “Imana izokora”,
ariko ntidukore ngo tube inyishu y’Imana kuri uwo muntu tubibwiye.

Bibiliya ntivuga ngo: « Nimutange impanuro ku bari mu mubabaro »; ahubwo ivuga iti:
« Munezeranwe n’abanezerewe, murirane n’abarira. »(Abaroma 12:15)
« Mwakirane imitwaro, mushikane murtyo ivyagezwe na Kristo. »(Ab’i Galatiya 6:2)

Kurirana n’umuntu birusha inkomezi kumubwira amajambo menshi.

Yobu yari afise abagenzi. Iminsi indwi bicaye iruhande rwiwe batavuga.
Ico cari igihe ciza kurusha ibindi.
Batanguye kuvuga ibitarivyo igihe batangura kuvuga cane.

Rimwe na rimwe, ijambo riruta ayandi… n’ukuba iruhande y’umuntu, kumuba hafi mu bihe bigoye.

Yesu ntiyavuze gusa ngo: “Nimwihangane.”
Yaragize ico akora.
Yarakoze ku barwaye.
Yarabagaburiye.
Yarabakijije.
Yarabegereye.
« Uhoraho aba hafi y’abafise imitima imenetse, Kand’ akiza abafise imitima ijanjaguritse. »
(Zaburi 34:18)

Nimba Imana yegera abafise imitima imenetse, kuki twebwe tubaja kure?

Imbere yo kuvuga uti: “Ihangane,” ibaze uti:
– Noba nshobora gufasha mu buryo buboneka?
– Noba nshobora kumwumviriza?
– Noba nshobora kumusengera?
– Noba nshobora kumuba hafi?

Impuhwe s’ijambo gusa.
N’igikorwa.
N’intambwe igana ku yindi.

Ntube ijwi gusa.
Ba urutugu.

IGISABISHO:
Mwami, ngira inyishu aho kuba amajambo gusa.
Mpa umutima ukora, simbe umunwa uvuga gusa.
Amen.

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

KUVUGA “MBABARIRA” GUSA NTIBIKWIRIYE

Muri iki gihe, ijambo “mbabarira” ryaroroheye cane, rihinduka iryo kuvuga ningoga, kandi kenshi rikavugwa nk’uko ari ibisanzwe.
Umuntu akugonze — mbabarira.
Akwononeye impuzu — mbabarira. Yibagiye ico yari yemeye gukora — mbabarira.
Iryo jambo riva mu kanwa bitagoranye, nk’uko rishobora guca rifuta ivyabaye.
Ariko hari ibihe aho iri jambo riba rito cane ugereranije n’ingaruka z’ivyakozwe.
Ijambo rimwe rishobora gukomeretsa umutima.
Ingeso imwe ishobora kumena umutima w’umuntu.
Igikorwa kimwe gishobora gusiga igikomere gikomeye.
Hari ikibazo twokwibaza: mbega “mbabarira” gusa irashobora gusana ivyatabaguwe mu mutima?

Ku Mana, imbabazi ntizitangurira ku majambo y’akanwa, zitangurira ku mutima.
Bibiliya ivuga iti:
“Upfukapfuka ibigabitanyo vyiwe ntazoronka umugisha,
Arik’ uvyihana akabireka azogirirwa ikigongwe”(Imigani 28:13).
Kuvuga mbabarira utavuze neza ico wakoze ni ukwikingira. Kuvuga mbabarira udashaka guhinduka ni ukwitegura gusubira kubikora.
Imbabazi z’ukuri ntizishaka gusa guhosha ikibazo; zishaka guhindura uwakoze nabi.

Igihe Dawidi yacumura, ntiyavuze ijambo rimwe gusa. Umutima wiwe waravunitse imbere y’Imana. Yarasenze ati:
“Unkomorere umunezero w’agakiza kawe; Unshigikirishe umutima ushize icira”(Zaburi 51:12).
Uku ni ko kwihana kw’ukuri kumera: kwemera icaha, kumva ububabare wateye uwundi, kwifuza guhinduka, no kugerageza gusana aho bishoboka.
Imbabazi nyazo zitangurira imbere mu mutima mbere yo kugaragara inyuma.

Uyu munsi hari ibikomere vyinshi bitaboneka n’amaso, ariko n’ivy’ukuri. Imitima irakomereka kubera amajambo akomeretsa, agasuzuguro, akarenganyo, n’amasezerano atubahirijwe.
Rimwe na rimwe twibaza ko vyose vyakemutse kuko twavuze ijambo rimwe gusa. Ariko Yesu atwereka inzira irushijeho kuba ndende, aho agira ati:
“ubanze ugende wikiranure na mugenzawe”(Matayo 5:24).
Ku Mana, kwiyunga si umugenzo gusa; ni urugendo rwo gusubiza hamwe umubano wangiritse.

N’Imana ubwayo ntiyatubabariye ikoresheje ijambo rimwe gusa. Icaha c’abantu nticafashwe nk’ikintu coroshe. Imbabazi zatanze igiciro kinini cane.
“Kuk’ urukundo Imana yakunze abari mw isi ari rwo rwatumye itanga Umwana wayo w’ikinege, ng’ umwizera wese ntaz’ apfe rubi, arikw ahabge ubugingo budashira”(Yohana 3:16).
Umusaraba utwereka ukuri gukomeye: imbabazi z’ukuri zigira igiciro.
Zisaba umutima.
Zisaba gutanga.
Zizana ihinduka.

Ni co gituma kuvuga “mbabarira” bishobora kuba intango, ariko ntibibe iherezo.
Imana iduhamagarira kwihana kw’ukuri, kugira umutima wicisha bugufi, guhindura ingeso, no kugira ubushake bwo gusana aho twononye.
Imbabazi si ijambo rivugwa kugira umutimanama utuze; ni inzira igamije gusubiza mu buryo ivyangiritse.

IGISABISHO:
Mwami, ndinda gutesha agaciro ibikomere ntera abandi.
Mpa umutima wicisha bugufi kandi wumva, ushobora kwemera amakosa yanje, gusaba imbabazi z’ukuri no guhinduka koko. Mfasha gusana aho nakomerekeje abandi, nk’uko nanje wansubije ku murongo ku bw’ubuntu bwawe. Amen.

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA

KUVUGA “MBABARIRA” GUSA NTIBIHAGIJE

Muri iki gihe, ijambo “mbabarira” ryaroroheye, rihinduka iryo kuvuga byihuse kandi kenshi rikoreshwa nk’aho ari ibisanzwe.
Umuntu akugonze — mbabarira. Agasiga imyenda yawe — mbabarira.
Yibagiwe ibyo yagombaga gukora — mbabarira.
Iryo jambo riva mu kanwa byoroshye, nk’aho rifite imbaraga zo guhita risiba ibyabaye.
Nyamara hari ibihe aho iri jambo riba rito cyane ugereranyije n’ingaruka z’ibyakozwe.
Ijambo rimwe rishobora gukomeretsa umutima. Imyitwarire imwe ishobora kumena umutima w’umuntu. Igikorwa kimwe gishobora gusiga igikomere gikomeye.
None se ikibazo gikomeye kiravuka: ese “mbabarira” imwe gusa ishobora gusana ibyangiritse mu mutima?

Ku Mana, imbabazi ntizitangirira ku magambo y’akanwa, zitangirira ku mutima. Bibiliya iravuga iti:
“Uhisha ibyaha bye, ntakizamuhira, ariko ubyanga akabyicuza, azababarirwa” (Imigani 28:13).
Kuvuga mbabarira utavuze neza icyaha wakoze ni ukwikingira. Kuvuga mbabarira utagambiriye guhinduka ni ukwitegura kongera kubabaza. Imbabazi z’ukuri ntizishaka gusa guhosha ikibazo; zishaka guhindura umuntu wakoze nabi.

Igihe Dawidi yacumuye ku Mana, ntiyavuze ijambo rimwe gusa. Umutima we waravunitse imbere y’Imana. Yarasenze ati:
“Mana, ndemamo umutima uboneye, unsubizemo umutima ushikamye.” (Zaburi 51:12).
Uko ni ko kwihana kw’ukuri kumera: kwemera icyaha, kumva ububabare wateye undi, kwifuza guhinduka, no gushaka gusana aho bishoboka. Imbabazi nyazo zitangirira imbere mu mutima mbere yo kugaragara inyuma.

Uyu munsi hari ibikomere byinshi bitagaragara, ariko ni ibikomere by’ukuri. Imitima irakomereka kubera amagambo akomeretsa, gusuzugurwa, akarengane, n’amasezerano atuzuye. Kandi rimwe na rimwe dutekereza ko ibintu byose byakemutse kubera ko twavuze ijambo rimwe gusa.
Ariko Yesu atwereka inzira irushijeho kuba ndende, aho agira ati:
“Banza ujye kwiyunga na mugenzi wawe.” (Matayo 5:24).
Ku Mana, kwiyunga si umugenzo gusa; ni urugendo rwo gusana umubano wangiritse.

Ndetse n’Imana ubwayo ntiyatubabariye ikoresheje ijambo rimwe gusa. Icyaha cy’abantu nticyafashwe nk’ikintu cyoroheje. Imbabazi zatanzwe ku giciro kinini.
“Kuko Imana yakunze abari mu isi cyane, byatumye itanga Umwana wayo w’ikinege…” (Yohana 3:16).
Umusaraba utwereka ukuri gukomeye: imbabazi z’ukuri zigira igiciro. Zisaba umutima. Zisaba gutanga. Zizana impinduka.

Bityo rero, kuvuga “mbabarira” bishobora kuba intangiriro, ariko si iherezo.
Imana iduhamagarira kwihana by’ukuri, kugira umutima wicisha bugufi, guhindura imyitwarire, no kugira ubushake bwo gusana aho twangije. Imbabazi si ijambo rivugwa ngo rituze umutimanama wacu; ni inzira igamije gusubiza ku murongo ibyo twangije.

ISENGESHO:
Mwami, ndinda gutesha agaciro ibikomere ntera abandi.
Mpa umutima wicisha bugufi kandi wumva, ushobora kwemera amakosa yanjye, gusaba imbabazi by’ukuri no guhinduka koko. Mfasha gusana aho nakomerekeje abandi, nk’uko nanjye wansannye ku bw’ubuntu bwawe. Amen.

Intumwa Dr Jean-Claude SINDAYIGAYA