BERAHO IJURU

Muri 1Yohana 2:15-16 handitse ngo: “Ntimugakunde isi, cank’ ibiri mw isi. Umuntu ni yakunda isi, ugukunda Data wa twese ntikuzoba kuri muri we. Kukw ikiri mw isi cose ar’ ivyifuzo vy’umubiri, n’ivyifuzo vy’amaso, n’ubgibone bg’ubu bugingo, bitanduruka kuri Data wa twese, ariko vyanduruka mw isi.”

Kur’iyi si, tuhaca akanya urume rumara.
Umwanya w’umunsi, w’umwaka, w’ubuzima bwose – ivyo vyose ntaco bipfana n’ubuzima buhoraho.
Kandi, ibintu twikundira cane bikatuyobora, n’ibintu bihera.
None ni kuki tutokwikundira ivy’ijuru, tukayoborwa n’ivy’ijuru aho tuzibera ubuzima buhoraho?

Intumwa y’Imana Jean-Claude SINDAYIGAYA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *