WIRAVYE WIBONA GUTE ?

Iyo umuntu yiravye, akibona nk’uko hari ico afise arusha abandi, noneho agashika aho yiyumvira ko ari agahambaye kandi ataco amaze, bavyita ubwibone.

Bibiliya itubwira ko « Umuntu ni yiyumvira kw ari agakomeye kandi ataco amaze, aribesha. »(Ab’i Galatiya 6:3)

Ico kiba ari ikinyoma ca Satani.

Dusabe Imana iturinde ibinyoma nk’ivyo.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☎: +250 730 900 900
KIGALI-RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *