WAR’UBIZI ?

« …hano tutahafise igisagara kizokwamaho, ariko turondera ikizoza. »(Abaheburayo 13:14)

Aha kw’isi s’iwacu! Turi ab’Ijuru.
Uku kuri ni ngenderwako ku kwizera kwa gikristo.
Uko tubayeho siko tuzoguma, n’ivyo turimwo sivyo tuzogumamwo, twizere gusa ko inyuma y’ubu buzima turimwo hari ubundi buzima kandi bwiza.
Izere, ivyiza biri imbere!

IGISABISHO:
Uhoraho Imana yacu, turagusavye udushoboze gukomeza ukwizera kwacu kuvyo wadusezeranije vyose.
Tubisavye mw’izina ridasanzwe ry’umwana wawe Yesu Kristo, Amen.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☏: +250730900900
KIGALI – RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *