INZIRA ZACU ZIRAHIMBAYE IMANA ?

Niba Imana ari iyacu kandi ikemera inzira zacu, ntidukwiriye guhungabanywa n’ikintu ico ari co cose canke umuntu uwo ari we wese.

« Inzira z’umuntu iyo zihimbaye Uhoraho Atuma n’abansi biwe buzura na we. »(Imigani 16:7)

Iyo Imana yemeye inzira zacu, nta muntu n’umwe ashobora kutuburabuza canke kutwicira imigambi.
N’abansi bacu basanga buzuye natwe mw’ishirwa mu ngiro ry’imigambi yacu.
Reka ahubwo turabe neza ko inzira zacu zemewe n’Imana.

Imana isambure imitego yose, abansi bacu batega mu nzira zacu.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☏: +250730900900
KIGALI – RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *