MUHARIRE !

Iyo muhariye, murashobora gukunda.
Kandi iyo mukunze vy’ukuri, umuco w’Imana urabamurikira.
N’igikorwa c’urukundo no kwicisha bugufi, s’intege nke.

Nimuharire rero!
Muharire kuko « nimwaharira abantu ivyaha vyabo, na So wo mw ijuru azobaharira namwe. »(Matayo 6:14)

Guharira biha amahoro umutima w’uwo wababariye, ariko kandi bikayaha n’uwawe.

IGISABISHO:
Dawe wa twese uri mw’ijuru, dushoboze guharira abaducumuyeko.
Ni mw’izina ridasanzwe ry’umwana wawe Yesu kristo tubisavye, Amen.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☏: +250730900900
KIGALI – RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *