NIWIZERA ABANTU, UZOHEMUKIRWA

Bibiliya igira iti:
« Ntimukizigire umukunzi, ntimukishimire incuti; ufate n’akanwa kawe no ku mugore wawe mupfumbatirana. »(Mika 7:5)

Urazi impamvu benshi muri mwebwe bahemukirwa?
N’uko bahishurira ibintu abantu bakunda batabihishurira abantu babakunda.
Kenshi dukunda abantu batadukunda, tukibaza ko nabo badukunda.
Umuntu agukunda, ntashobora guhishura amabanga yawe, arayakugumiriza.
Ariko umuntu atagukunda, iyo afise umutima mubi, arashobora gukoresha amabanga yawe kugirango akugirire nabi, agusambure.
Witonde.

IGISABISHO:
Uhoraho Mana yacu, dufashe kutigera twizera abantu.
Ni mw’izina ridasanzwe ry’umwana wawe Yesu kristo tubisavye tuvyizeye, Amen.

THE LION OF JUDAH MINISTRY IN THE WORLD©
thelionofjudahmission@gmail.com
☏: +250730900900
KIGALI – RWANDA

Laisser un commentaire

Votre adresse e-mail ne sera pas publiée. Les champs obligatoires sont indiqués avec *